Matayo 18:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 maze avuga ati: “Ni ukuri ndabibabwiye: Nimutahinduka ngo mucike nk’abana batoyi+, ntimuzogenda mwinjiye mu bwami bwo mw’ijuru+. Mariko 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yezu abibonye biramushavuza, ababwira ati: “Nimureke abana batoyi baze kuri jewe; ntimugerageze kubabuza, kuko ubwami bw’Imana ari ubw’abameze nk’abo+. Luka 18:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ariko Yezu ahamagara za nzoya ngo zize kuri we, avuga ati: “Nimureke abana batoyi baze kuri jewe, kandi ntimugerageze kubabuza. Kuko ubwami bw’Imana ari ubw’abameze nk’abo+.
3 maze avuga ati: “Ni ukuri ndabibabwiye: Nimutahinduka ngo mucike nk’abana batoyi+, ntimuzogenda mwinjiye mu bwami bwo mw’ijuru+.
14 Yezu abibonye biramushavuza, ababwira ati: “Nimureke abana batoyi baze kuri jewe; ntimugerageze kubabuza, kuko ubwami bw’Imana ari ubw’abameze nk’abo+.
16 Ariko Yezu ahamagara za nzoya ngo zize kuri we, avuga ati: “Nimureke abana batoyi baze kuri jewe, kandi ntimugerageze kubabuza. Kuko ubwami bw’Imana ari ubw’abameze nk’abo+.