Kuvayo 20:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Ntukice+. Gusubira mu vyagezwe 5:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “‘Ntukice+. Abaroma 13:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko ya mategeko ngo: “Ntukarenge ibigo+, Ntukice+, Ntukibe+, Ntukagire umwina+,” hamwe n’irindi bwirizwa iryo ari ryo ryose rihari, apoperanirijwe muri iri jambo, ari ryo: “Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+.”
9 Kuko ya mategeko ngo: “Ntukarenge ibigo+, Ntukice+, Ntukibe+, Ntukagire umwina+,” hamwe n’irindi bwirizwa iryo ari ryo ryose rihari, apoperanirijwe muri iri jambo, ari ryo: “Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+.”