ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 19:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “‘Ntukihore+ canke ngo ugirire inzika abo mu gisata cawe+; kandi utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+. Ndi Yehova.

  • Matayo 22:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Irigira kabiri rimeze nka ryo, ni iri: ‘Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+.’

  • Mariko 12:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Irigira kabiri ni iri: ‘Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+.’ Nta rindi bwirizwa ririho riruta ayo.”

  • Luka 10:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Yishura ati: “ ‘Utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose n’inkomezi zawe zose n’umuzirikanyi wawe wose+,’ na ‘mugenzawe nk’uko wikunda+.’ ”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika