Mariko 10:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Yezu amaze kweraguza, abwira abigishwa biwe ati: “Ese ukuntu kizoba ikigoye ku bari n’amahera+ kwinjira mu bwami bw’Imana+!” Luka 18:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Yezu aramuraba, avuga ati: “Ese ukuntu kizoba ikigoye ku bari n’amahera kwinjira mu bwami bw’Imana+! 1 Timoteyo 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko urukundo+ rw’amahera ari umuzi+ w’ibibi vy’ubwoko bwose+, kandi mu kurondera gushikira urwo rukundo bamwe barahubijwe bava ku kwizera, bitobekeranisha hose imibabaro myinshi+.
23 Yezu amaze kweraguza, abwira abigishwa biwe ati: “Ese ukuntu kizoba ikigoye ku bari n’amahera+ kwinjira mu bwami bw’Imana+!”
24 Yezu aramuraba, avuga ati: “Ese ukuntu kizoba ikigoye ku bari n’amahera kwinjira mu bwami bw’Imana+!
10 Kuko urukundo+ rw’amahera ari umuzi+ w’ibibi vy’ubwoko bwose+, kandi mu kurondera gushikira urwo rukundo bamwe barahubijwe bava ku kwizera, bitobekeranisha hose imibabaro myinshi+.