Mariko 10:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Petero atangura kumubwira ati: “Ehe twebwe twarasize vyose turagukurikira+.” Luka 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko bagarukana bwa bwato i musozi, baheba vyose baramukurikira+. Luka 18:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mugabo Petero avuga ati: “Ehe twebwe twarasize ivyacu turagukurikira+.” Abafilipi 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mbere ku bw’ivyo ibintu vyose mbona koko yuko ari uruhombo kubera agaciro gahebuje ko kumenya Kristu Yezu Umukama wanje+. Kubera we, naremeye guhomba ibintu vyose ndabibona nk’ikigunguzi c’umwanda+, kugira ngo nunguke Kristu
8 Mbere ku bw’ivyo ibintu vyose mbona koko yuko ari uruhombo kubera agaciro gahebuje ko kumenya Kristu Yezu Umukama wanje+. Kubera we, naremeye guhomba ibintu vyose ndabibona nk’ikigunguzi c’umwanda+, kugira ngo nunguke Kristu