Matayo 20:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ukwo ni ko aba nyuma bazoba aba mbere, aba mbere na bo bakaba aba nyuma+.” Mariko 10:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ariko benshi ba mbere bazoba aba nyuma, aba nyuma na bo babe aba mbere+.” Luka 13:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kandi ehe, hari aba nyuma bazoba aba mbere, hakaba n’aba mbere bazoba aba nyuma+.”