Mariko 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ababwira ati: “Nimugende muri kiriya kigwati mubona, hanyuma mukicinjiramwo murahasanga umwana w’indogobwa uziritse, ata muntu n’umwe aricarako; muwuziture, muwuzane+. Luka 19:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 avuga ati: “Nimugende muri kiriya kigwati mubona, hanyuma mumaze kwinjira, murahasanga umwana w’indogobwa uziritse, ata muntu n’umwe arigera yicarako. Muwuziture, muwuzane+.
2 ababwira ati: “Nimugende muri kiriya kigwati mubona, hanyuma mukicinjiramwo murahasanga umwana w’indogobwa uziritse, ata muntu n’umwe aricarako; muwuziture, muwuzane+.
30 avuga ati: “Nimugende muri kiriya kigwati mubona, hanyuma mumaze kwinjira, murahasanga umwana w’indogobwa uziritse, ata muntu n’umwe arigera yicarako. Muwuziture, muwuzane+.