2 Abami 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Baca batora ningoga umwe wese impuzu yiwe+, bazishira munsi yiwe, ku ngazi zigaragara, maze batangura kuvuza inzamba+ bati: “Yehu abaye umwami+!” Luka 19:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Uko yigira imbere+, baguma basasa mu nzira impuzu zabo zo hejuru+.
13 Baca batora ningoga umwe wese impuzu yiwe+, bazishira munsi yiwe, ku ngazi zigaragara, maze batangura kuvuza inzamba+ bati: “Yehu abaye umwami+!”