1 Abami 1:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Hanyuma abantu bose baraduga bamukurikiye, kandi abantu bariko bavuza imyironge+ bongera banezerwa akanyamuneza kenshi+, ku buryo isi+ isaduka kubera urwamo rwabo. Yohani 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 rifata amashami y’ibigazi+, baja kumusanganira. Batangura gusemerera+ bati: “Kiza, turagutakambiye+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+, egome, umwami+ wa Isirayeli!”
40 Hanyuma abantu bose baraduga bamukurikiye, kandi abantu bariko bavuza imyironge+ bongera banezerwa akanyamuneza kenshi+, ku buryo isi+ isaduka kubera urwamo rwabo.
13 rifata amashami y’ibigazi+, baja kumusanganira. Batangura gusemerera+ bati: “Kiza, turagutakambiye+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+, egome, umwami+ wa Isirayeli!”