Mariko 11:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko yinjira i Yeruzalemu, mu rusengero; hanyuma areraguza araba ibintu vyose, maze kubera ko amasaha yari amaze kugera kure, arasohoka aja i Betaniya ari kumwe na bamwe cumi na babiri+.
11 Nuko yinjira i Yeruzalemu, mu rusengero; hanyuma areraguza araba ibintu vyose, maze kubera ko amasaha yari amaze kugera kure, arasohoka aja i Betaniya ari kumwe na bamwe cumi na babiri+.