Mariko 11:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko yinjira i Yeruzalemu, mu rusengero; hanyuma areraguza araba ibintu vyose, maze kubera ko amasaha yari amaze kugera kure, arasohoka aja i Betaniya ari kumwe na bamwe cumi na babiri+. Luka 21:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Ku murango rero yarigisha mu rusengero+, mugabo mw’ijoro agasohoka akaja kurara ku musozi witwa umusozi w’Imyelayo+. Yohani 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ico gihe hari umuntu yari arwaye, akaba yari Lazaro w’i Betaniya, wo mu kigwati ca Mariya na Marita+ mwene wabo.
11 Nuko yinjira i Yeruzalemu, mu rusengero; hanyuma areraguza araba ibintu vyose, maze kubera ko amasaha yari amaze kugera kure, arasohoka aja i Betaniya ari kumwe na bamwe cumi na babiri+.
37 Ku murango rero yarigisha mu rusengero+, mugabo mw’ijoro agasohoka akaja kurara ku musozi witwa umusozi w’Imyelayo+.
11 Ico gihe hari umuntu yari arwaye, akaba yari Lazaro w’i Betaniya, wo mu kigwati ca Mariya na Marita+ mwene wabo.