Mariko 11:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Bongera kuza i Yeruzalemu. Igihe yariko aragendagenda mu rusengero, abakuru b’abaherezi n’abanditsi be n’abagabo b’inararibonye baza kuri we+, Luka 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuri umwe muri nya misi, igihe yariko arigisha abantu mu rusengero yongera amenyesha inkuru nziza, abakuru b’abaherezi n’abanditsi hamwe n’abagabo b’inararibonye baregera+,
27 Bongera kuza i Yeruzalemu. Igihe yariko aragendagenda mu rusengero, abakuru b’abaherezi n’abanditsi be n’abagabo b’inararibonye baza kuri we+,
20 Kuri umwe muri nya misi, igihe yariko arigisha abantu mu rusengero yongera amenyesha inkuru nziza, abakuru b’abaherezi n’abanditsi hamwe n’abagabo b’inararibonye baregera+,