ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 2:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Na we ati: “Ni nde yakugize umuganwa n’umucamanza kuri twebwe+? Ushaka kunyica nka kumwe wica wa Munyamisiri+?” Musa aca aratinya, avuga ati: “Nta nkeka ca kintu camenyekanye+!”

  • Luka 20:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 bafata ijambo, bamubwira bati: “Tubwire ububasha butuma ukora ivyo bintu ubwo ari bwo, canke uwabuguhaye+.”

  • Yohani 2:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Abayuda rero bamwishura bati: “Ni ikimenyetso+ nyabaki ufise utwereka, ko uriko urakora ivyo bintu?”

  • Ivyakozwe 4:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 baraheza babahagarika hagati yabo, batangura kubabaza bati: “Ni ku bubasha ki canke mw’izina rya nde mwakoze ivyo+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika