Luka 20:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ibatisimu ya Yohani yava mw’ijuru canke ku bantu+?” Yohani 1:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Na jewe sinari ndamuzi, mugabo Umwe nyene yandungika+ kubatiza mu mazi ni we yambwiye ati: ‘Uwo wese ubona impwemu imanuka kuri we ikamugumako, uwo ni we abatiza mu mpwemu nyeranda+.’
33 Na jewe sinari ndamuzi, mugabo Umwe nyene yandungika+ kubatiza mu mazi ni we yambwiye ati: ‘Uwo wese ubona impwemu imanuka kuri we ikamugumako, uwo ni we abatiza mu mpwemu nyeranda+.’