Matayo 14:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ariko naho yashaka kumwica, yaratinya isinzi, kubera ko bamufata nk’umuhanuzi+. Matayo 21:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Barondera kumufata, mugabo batinya amasinzi kubera ko ano yamufata nk’umuhanuzi+.