Mariko 11:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Mugabo none, duhirahire tuvuge ngo ‘Ku bantu’?”... Batinya isinzi, kuko abo bose bemera yuko Yohani yari umuhanuzi vy’ukuri+. Luka 20:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo nitwavuga ngo ‘Ku bantu,’ abantu bose uko bangana baradutera amabuye+, kuko banyuzwe yuko Yohani+ yari umuhanuzi+.”
32 Mugabo none, duhirahire tuvuge ngo ‘Ku bantu’?”... Batinya isinzi, kuko abo bose bemera yuko Yohani yari umuhanuzi vy’ukuri+.
6 Mugabo nitwavuga ngo ‘Ku bantu,’ abantu bose uko bangana baradutera amabuye+, kuko banyuzwe yuko Yohani+ yari umuhanuzi+.”