Ivyakozwe 13:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 inyuma y’aho Yohani+ amariye kwamamaza icese ku bantu bose ba Isirayeli ibatisimu y’ukwigaya, imbere y’umuzo w’Uyo+. Ivyakozwe 19:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Paulo avuga ati: “Yohani yabatiza ibatisimu y’ukwigaya+, abwira abantu kwemera uwariko araza inyuma yiwe+, ni ukuvuga kwemera Yezu.”
24 inyuma y’aho Yohani+ amariye kwamamaza icese ku bantu bose ba Isirayeli ibatisimu y’ukwigaya, imbere y’umuzo w’Uyo+.
4 Paulo avuga ati: “Yohani yabatiza ibatisimu y’ukwigaya+, abwira abantu kwemera uwariko araza inyuma yiwe+, ni ukuvuga kwemera Yezu.”