Matayo 27:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko yari azi ko bari bamutanze+ kubera agashari+. Mariko 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko baramufata baramwica+, bamuterera inyuma ya wa murima w’imizabibu+. Ivyakozwe 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 uyo muntu, nk’uwatanzwe n’inama yashinzwe be n’ukumenya imbere y’igihe kw’Imana+, mwaramukomereye ku giti biciye ku kuboko kw’abantu b’abagarariji, muramwica+. Ivyakozwe 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 ya Mboneza y’ubuzima na we muramwica+. Mugabo Imana yaramuzuye mu bapfuye, tukaba turi ivyabona vy’ico kintu+. Abaheburayo 13:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ni co gituma na Yezu, kugira ngo yezeshe+ abantu amaraso+ yiwe bwite, yababarijwe inyuma y’irembo+.
23 uyo muntu, nk’uwatanzwe n’inama yashinzwe be n’ukumenya imbere y’igihe kw’Imana+, mwaramukomereye ku giti biciye ku kuboko kw’abantu b’abagarariji, muramwica+.
15 ya Mboneza y’ubuzima na we muramwica+. Mugabo Imana yaramuzuye mu bapfuye, tukaba turi ivyabona vy’ico kintu+.
12 Ni co gituma na Yezu, kugira ngo yezeshe+ abantu amaraso+ yiwe bwite, yababarijwe inyuma y’irembo+.