Yesaya 42:1 Bibiliya y’isi nshasha 42 Ehe umusavyi wanje+, uwo ngumije+! Uwo natoye+, uwo umutima wanje washimye+! Nashize impwemu yanje muri we+. Azozana ubutungane ku mahanga+. Matayo 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yezu amaze kubatizwa, buno nyene aduga ava mu mazi; maze ijuru riruguruka+, abona impwemu y’Imana imuzako+, imanuka imeze nk’inuma+. Luka 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 hanyuma impwemu nyeranda imanuka kuri we mu mero y’umubiri nk’inuma, maze ijwi riva mw’ijuru riti: “Uri Umwana wanje, umukundwa; naragushimye+.” Yohani 1:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Yohani kandi yarashinze intahe, ati: “Nabonye impwemu imanuka nk’inuma, ivuye mw’ijuru, hanyuma iguma kuri we+.
42 Ehe umusavyi wanje+, uwo ngumije+! Uwo natoye+, uwo umutima wanje washimye+! Nashize impwemu yanje muri we+. Azozana ubutungane ku mahanga+.
16 Yezu amaze kubatizwa, buno nyene aduga ava mu mazi; maze ijuru riruguruka+, abona impwemu y’Imana imuzako+, imanuka imeze nk’inuma+.
22 hanyuma impwemu nyeranda imanuka kuri we mu mero y’umubiri nk’inuma, maze ijwi riva mw’ijuru riti: “Uri Umwana wanje, umukundwa; naragushimye+.”
32 Yohani kandi yarashinze intahe, ati: “Nabonye impwemu imanuka nk’inuma, ivuye mw’ijuru, hanyuma iguma kuri we+.