Matayo 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ababwira ati: “Ni nde muri mwebwe yoba afise intama imwe, maze yagwa mu cobo+ kw’isabato ntayifate ngo ayikureyo+? Luka 14:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko Yezu aca abwira abahanga mu vy’Itegeko n’Abafarizayo, ati: “Mbega kw’isabato vyoba vyemewe gukiza canke ntivyemewe+?”
11 Ababwira ati: “Ni nde muri mwebwe yoba afise intama imwe, maze yagwa mu cobo+ kw’isabato ntayifate ngo ayikureyo+?
3 Nuko Yezu aca abwira abahanga mu vy’Itegeko n’Abafarizayo, ati: “Mbega kw’isabato vyoba vyemewe gukiza canke ntivyemewe+?”