Matayo 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze abwira nya mugabo ati: “Ramvura ukuboko kwawe.” Na we arakuramvura, guca kurakira, gusubira kumera neza nk’ukundi+. Luka 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Amaze kweraguza abaraba bose, abwira nya mugabo ati: “Ramvura ukuboko kwawe.” Agira kuno, ukuboko kwiwe guca kurakira+.
13 Maze abwira nya mugabo ati: “Ramvura ukuboko kwawe.” Na we arakuramvura, guca kurakira, gusubira kumera neza nk’ukundi+.
10 Amaze kweraguza abaraba bose, abwira nya mugabo ati: “Ramvura ukuboko kwawe.” Agira kuno, ukuboko kwiwe guca kurakira+.