ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 22:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nuko barungika kuri we abigishwa babo, bari kumwe n’abanywanyi b’umugambwe wa Herodi+, bavuga bati: “Mwigisha, turazi ko uri imvugakuri be n’uko wigisha inzira y’Imana mu kuri, kandi ko ata n’umwe agukanga, kuko utaraba uko abantu baboneka inyuma+.

  • Mariko 12:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ubukurikira batuma kuri we bamwe mu Bafarizayo no mu banywanyi b’umugambwe wa Herodi+, ngo bamufatire mu majambo avuga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika