Matayo 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo Abafarizayo barasohoka, baja inama yo kumwica+. Luka 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo baca buzura ubusazi, batangura kuvugana hagati yabo ico bogira Yezu+. Yohani 11:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 Kuva uwo musi rero baja inama yo kumwica+.