2 Amazina ya nya ntumwa cumi na zibiri+ ni aya+: Ubwa mbere, Simoni ari we yitwa Petero+, na Andereya+ mwene wabo; Yakobo mwene Zebedayo+ na Yohani mwene wabo;
13 Nuko binjiye, baduga mu cumba co hejuru+, aho bari bacumbitse, ari Petero hamwe na Yohani na Yakobo na Andereya, Filipo na Toma, Barutelemi na Matayo, Yakobo mwene Alufayo na Simoni umunyamwete, na Yuda mwene Yakobo+.