ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 9:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Ariko Abafarizayo bavuga bati: “Umutware w’amadayimoni ni we amushoboza kwirukana amadayimoni+.”

  • Matayo 10:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Birahagije yuko umwigishwa acika nk’umwigisha wiwe, umushumba na we nka shebuja+. Nimba nyen’urugo bamwise Beyezebuli+, hari akantu abo mu rugo rwiwe!

  • Luka 11:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mugabo abantu bamwe muri bo bavuga bati: “Yirukana amadayimoni biciye kuri Beyezebuli umutware w’amadayimoni+.”

  • Yohani 8:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Abayuda bamwishura bati: “Wumva none tutaba tuvuze ukuri iyo tuvuze duti: Uri Umusamariya+ kandi urimwo idayimoni+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika