Matayo 12:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Ni co gituma ndababwiye nti: Igicumuro ico ari co cose n’ukurogota ukwo ari kwo kwose abantu bazobibabarirwa, mugabo uwurogota ku mpwemu ntazobibabarirwa+. Luka 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umuntu wese avuga ijambo ribi ku Mwana w’umuntu, azobibabarirwa; ariko uwurogota ku mpwemu nyeranda ntazobibabarirwa+.
31 “Ni co gituma ndababwiye nti: Igicumuro ico ari co cose n’ukurogota ukwo ari kwo kwose abantu bazobibabarirwa, mugabo uwurogota ku mpwemu ntazobibabarirwa+.
10 Umuntu wese avuga ijambo ribi ku Mwana w’umuntu, azobibabarirwa; ariko uwurogota ku mpwemu nyeranda ntazobibabarirwa+.