Imigani 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ubukerebutsi ni co kintu nyamukuru+. Niwironse ubukerebutsi; kandi hamwe n’ivyo wironsa vyose, niwironse ubwenge+. Matayo 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko abigishwa biwe baraza, bamubwira bati: “Kubera iki ubabwirira mu bigereranyo+?” Luka 8:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo abigishwa biwe batangura kumubaza ico ico kigereranyo coba gisobanura+.
7 Ubukerebutsi ni co kintu nyamukuru+. Niwironse ubukerebutsi; kandi hamwe n’ivyo wironsa vyose, niwironse ubwenge+.