ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 10:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ntimubatinye rero; kuko ata catwikiriwe na kimwe kitazotwikururwa, canke icagizwe ibanga na kimwe kitazomenyekana+.

  • Luka 12:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Mugabo nta kintu na kimwe cahishijwe bimwe vyitondewe kitazohishurwa, kandi nta cagizwe ibanga kitazomenyekana+.

  • Ivyakozwe 4:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Mugabo tweho, ntidushobora kureka kuvuga ivyo twabonye kandi twumvise+.”

  • 1 Timoteyo 5:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Ibikorwa vyiza na vyo nyene biribonekeza icese+, kandi n’ibimeze ukundi ntibishobora kuguma binyegejwe+.

  • 1 Yohani 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 (egome, ubuzima bwarerekanywe+, kandi twarabonye tukaba kandi turiko turashinga intahe+ twongera tubamenyesha ubuzima budahera+ bwari kumwe na Data tukaba kandi twarabweretswe),

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika