Luka 8:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 “Subira i muhira, ugume wigana ibintu vyose Imana yakugiriye+.” Nuko aragenda, atangaza mu gisagara hose ibintu vyose Yezu yamugiriye+.
39 “Subira i muhira, ugume wigana ibintu vyose Imana yakugiriye+.” Nuko aragenda, atangaza mu gisagara hose ibintu vyose Yezu yamugiriye+.