Matayo 4:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ariko aragendagenda ku nkengera y’ikiyaga ca Galilaya abona abavukana babiri, Simoni+ yitwa Petero+ be na Andereya mwene wabo, bariko barekurira mu kiyaga urusenga rwo kuroba, kuko bari abarovyi. Luka 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ahagaritse kuvuga, abwira Simoni ati: “Igira aho amazi agera kure, hanyuma muterere insenga zanyu+ murobe.”
18 Ariko aragendagenda ku nkengera y’ikiyaga ca Galilaya abona abavukana babiri, Simoni+ yitwa Petero+ be na Andereya mwene wabo, bariko barekurira mu kiyaga urusenga rwo kuroba, kuko bari abarovyi.
4 Ahagaritse kuvuga, abwira Simoni ati: “Igira aho amazi agera kure, hanyuma muterere insenga zanyu+ murobe.”