ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 9:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Nya sinzi rikimara gusohorwa hanze, arinjira, afata ukuboko nya gakobwa+, gaca karahaguruka+.

  • Luka 7:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Aca aregera, akora ku nderuzo, abayiteruye na bo barahagarara, hanyuma avuga ati: “Musore, ndabikubwiye: Haguruka+!”

  • Luka 8:54
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 54 Mugabo amufata ukuboko hanyuma arahamagara, ati: “Mukobwa wanje, haguruka+!”

  • Ivyakozwe 9:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Mugabo Petero asohora abantu bose+, hanyuma arapfukama, arasenga, maze arahindukira araba ca kiziga, avuga ati: “Tabita, haguruka!” Na we ateranura amaso, maze abonye Petero, aricara+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika