Luka 8:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 Hanyuma impwemu+ yiwe iragaruka, aca arahaguruka+ ako kanya nyene, aca ategeka ko bamuha ico arya+.
55 Hanyuma impwemu+ yiwe iragaruka, aca arahaguruka+ ako kanya nyene, aca ategeka ko bamuha ico arya+.