Matayo 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ntimutekere inzahabu canke ifeza canke umujumpu mu masaho yanyu yo ku mikanda+, Luka 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 maze ababwira ati: “Ntimugire ikintu na kimwe mwitwaza ku bw’urugendo, yaba inkoni canke umupfuko w’ibifungurwa, canke umukate canke amafeza; canke ngo mugire impuzu zibiri zo munsi+.
3 maze ababwira ati: “Ntimugire ikintu na kimwe mwitwaza ku bw’urugendo, yaba inkoni canke umupfuko w’ibifungurwa, canke umukate canke amafeza; canke ngo mugire impuzu zibiri zo munsi+.