Matayo 10:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 canke umupfuko w’ibifungurwa ku bw’urugendo, canke impuzu zibiri zo munsi canke inkweto* canke inkoni; kuko umukozi akwiriye ibifungurwa vyiwe+. Ivyakozwe 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nya mumarayika+ amubwira ati: “Kenyera, wambare inkweto* zawe.” Agira kuno. Amaherezo amubwira ati: “Ambara impuzu yawe yo hejuru+, ugume unkurikira.”
10 canke umupfuko w’ibifungurwa ku bw’urugendo, canke impuzu zibiri zo munsi canke inkweto* canke inkoni; kuko umukozi akwiriye ibifungurwa vyiwe+.
8 Nya mumarayika+ amubwira ati: “Kenyera, wambare inkweto* zawe.” Agira kuno. Amaherezo amubwira ati: “Ambara impuzu yawe yo hejuru+, ugume unkurikira.”