Matayo 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Amaze kuva i Nazareti, araza aba i Kaperinawumu+ iruhande y’ikiyaga mu ntara za Zebuloni na Nafutali+, Luka 4:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nuko amanuka i Kaperinawumu+, igisagara c’i Galilaya. Hanyuma yariko arabigisha kw’isabato;
13 Amaze kuva i Nazareti, araza aba i Kaperinawumu+ iruhande y’ikiyaga mu ntara za Zebuloni na Nafutali+,