Ivyakozwe 2:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Petero ababwira ati: “Nimwigaye+, kandi umwe wese muri mwebwe abatizwe+ mw’izina+ rya Yezu Kristu ku bwo kubabarirwa+ ibicumuro vyanyu, muzoheza muronke ya ngabirano ya gusa+ y’impwemu nyeranda. Ivyakozwe 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Nimwigaye+ rero, muhindukire+ kugira ngo ibicumuro vyanyu bihanagurwe+, ngo ibiringo vy’ukuruhurirwa+ bibone kuza bivuye imbere ya Yehova
38 Petero ababwira ati: “Nimwigaye+, kandi umwe wese muri mwebwe abatizwe+ mw’izina+ rya Yezu Kristu ku bwo kubabarirwa+ ibicumuro vyanyu, muzoheza muronke ya ngabirano ya gusa+ y’impwemu nyeranda.
19 “Nimwigaye+ rero, muhindukire+ kugira ngo ibicumuro vyanyu bihanagurwe+, ngo ibiringo vy’ukuruhurirwa+ bibone kuza bivuye imbere ya Yehova