Luka 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze bamwe mirongo irindwi bagarukana akanyamuneza, bavuga bati: “Mukama, mbere n’amadayimoni aratwumvira+ dukoresheje izina ryawe.”
17 Maze bamwe mirongo irindwi bagarukana akanyamuneza, bavuga bati: “Mukama, mbere n’amadayimoni aratwumvira+ dukoresheje izina ryawe.”