Mariko 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mu nyuma, Yezu yari ku meza mu nzu y’uwo, kandi abatozakori+ n’abacumuzi benshi bari bicaranye na we be n’abigishwa biwe, kuko bari bahari ari benshi hanyuma batangura kumukurikira+.
15 Mu nyuma, Yezu yari ku meza mu nzu y’uwo, kandi abatozakori+ n’abacumuzi benshi bari bicaranye na we be n’abigishwa biwe, kuko bari bahari ari benshi hanyuma batangura kumukurikira+.