Esiteri 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Amaherezo umwami abwira Esiteri mu gihe c’inzimano y’umuvinyu ati: “Ugomba iki+? Uragihabwa! Ushaka gusaba iki? Niyo coba ica kabiri c’ubwami, uragihabwa!” Esiteri 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Umwami rero abwira Esiteri no kuri uwo musi ugira kabiri mu gihe c’inzimano y’umuvinyu+ ati: “Ugomba iki+ ga Esiteri mwamikazi? Uragihabwa+. Ushaka gusaba iki? Niyo coba ica kabiri c’ubwami+, uragihabwa!”
6 Amaherezo umwami abwira Esiteri mu gihe c’inzimano y’umuvinyu ati: “Ugomba iki+? Uragihabwa! Ushaka gusaba iki? Niyo coba ica kabiri c’ubwami, uragihabwa!”
2 Umwami rero abwira Esiteri no kuri uwo musi ugira kabiri mu gihe c’inzimano y’umuvinyu+ ati: “Ugomba iki+ ga Esiteri mwamikazi? Uragihabwa+. Ushaka gusaba iki? Niyo coba ica kabiri c’ubwami+, uragihabwa!”