Matayo 7:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 kuko yabigisha nk’uwufise ububasha+, atari nka ba banditsi babo.