Matayo 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yezu avyumvise afata ubwato avayo aja mu gahinga ngo abe ukwa wenyene+; mugabo amasinzi aravyumva, aca amukurikira n’amaguru kuva mu bisagara.
13 Yezu avyumvise afata ubwato avayo aja mu gahinga ngo abe ukwa wenyene+; mugabo amasinzi aravyumva, aca amukurikira n’amaguru kuva mu bisagara.