Matayo 14:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo bugorovye abigishwa biwe baza kuri we, bavuga bati: “Aha hantu ni mu gahinga kandi amasaha aramaze kwiterera; nurungike ayo masinzi, bagende mu bigwati bigurire ivyo kurya+.” Luka 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze umusi utangura kwira. Bamwe cumi na babiri buno baraza, bamubwira bati: “Rungika iryo sinzi kugira ngo rigende mu bigwati no mu gihugu hagati mu micungararo ryironse uburaro rironke n’ibifungurwa, kuko ng’aha turi mu gahinga+.”
15 Mugabo bugorovye abigishwa biwe baza kuri we, bavuga bati: “Aha hantu ni mu gahinga kandi amasaha aramaze kwiterera; nurungike ayo masinzi, bagende mu bigwati bigurire ivyo kurya+.”
12 Maze umusi utangura kwira. Bamwe cumi na babiri buno baraza, bamubwira bati: “Rungika iryo sinzi kugira ngo rigende mu bigwati no mu gihugu hagati mu micungararo ryironse uburaro rironke n’ibifungurwa, kuko ng’aha turi mu gahinga+.”