Yohani 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yezu yunamuye amaso rero akabona yuko isinzi rinini ririko riraza kuri we, abwira Filipo ati: “Tugurira hehe imikate kugira aba barye+?”
5 Yezu yunamuye amaso rero akabona yuko isinzi rinini ririko riraza kuri we, abwira Filipo ati: “Tugurira hehe imikate kugira aba barye+?”