ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 11:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mbega nzokura hehe inyama zo guha aba bantu bose? Kuko baguma bandirira, ngo: ‘Duhe inyama twirire!’

  • 2 Abami 4:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Ariko uwamusereva avuga ati: “Ibi nobishira gute imbere y’abagabo ijana+?” Na we avuga ati: “Nubihe abantu barye, kuko ibi ari vyo Yehova avuze: ‘Baraza kurya, hagire n’ibisigara+.’”

  • Matayo 15:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Ariko abigishwa bamubwira bati: “None muri aka gahinga ka nyaganande dukura hehe imikate ikwiye yo guhaza isinzi ringana gutya+?”

  • Yohani 6:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Filipo amwishura ati: “Imikate iciye idenariyo* amajana abiri ntiyobakwira ku buryo umwe wese aronka gatoyi+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika