ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 14:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Bamubwira bati: “Aha nta kindi dufise atari imikate itanu n’ifi zibiri+.”

  • Luka 9:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mugabo ababwira ati: “Be ari mwebwe mubaha ico barya+.” Bavuga bati: “Nta kindi dufise atari imikate itanu n’ifi zibiri+, kiretse kumbure twebwe ubwacu tugiye tukagurira ivyo kurya aba bantu bose+.”

  • Yohani 6:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Hano hariho agahungu gatoyi gafise imikate itanu ya sayiri+ n’udufi tubiri. Mugabo ivyo ni iki ku bantu benshi gutyo+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika