Matayo 14:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Bose bararya barahaga, begeranya utumanyu twasigaye, haboneka ibisimbo cumi na bibiri vyuzuye+. Luka 9:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko bose bararya barahaga, hanyuma ibisagutse baravyegeranya, haboneka ibisimbo cumi na bibiri vy’utumanyu+. Yohani 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugabo bamaze guhaga+ abwira abigishwa biwe ati: “Nimwegeranye utumanyu dusigaye, kugira ntihagire igipfa ubusa.”
17 Nuko bose bararya barahaga, hanyuma ibisagutse baravyegeranya, haboneka ibisimbo cumi na bibiri vy’utumanyu+.
12 Mugabo bamaze guhaga+ abwira abigishwa biwe ati: “Nimwegeranye utumanyu dusigaye, kugira ntihagire igipfa ubusa.”