Matayo 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Maze bidatevye, agobera abigishwa biwe kwurira ubwato ngo bamwitangire imbere baje ku yindi nkengera, igihe arungika nya masinzi+. Yohani 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nya bantu rero ngo babone ibimenyetso akora, batangura kuvuga bati: “Ni ukuri uyu ni wa muhanuzi+ yabwirizwa kuza mw’isi.”
22 Maze bidatevye, agobera abigishwa biwe kwurira ubwato ngo bamwitangire imbere baje ku yindi nkengera, igihe arungika nya masinzi+.
14 Nya bantu rero ngo babone ibimenyetso akora, batangura kuvuga bati: “Ni ukuri uyu ni wa muhanuzi+ yabwirizwa kuza mw’isi.”