Matayo 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ariko weho, igihe usenga, niwinjire mu cumba cawe ciherereye+ hanyuma umaze kwugara umuryango, usenge So ari mu mpisho+; maze So araba mu mpisho azobikwishura. Matayo 14:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mu nyuma, amaze kurungika ayo masinzi, aduga ku musozi ari wenyene gusenga+. Naho bwari bwije, yari wenyene ng’aho. Mariko 1:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Mu gatondo ka kare, hakiri mu kajoro, aravyuka aja hanze, hanyuma aja mu gahinga+, maze ari ng’aho atangura gusenga+. Luka 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Muri iyo misi aja ku musozi gusenga+, abandanya gusenga Imana ijoro ryose+.
6 Ariko weho, igihe usenga, niwinjire mu cumba cawe ciherereye+ hanyuma umaze kwugara umuryango, usenge So ari mu mpisho+; maze So araba mu mpisho azobikwishura.
23 Mu nyuma, amaze kurungika ayo masinzi, aduga ku musozi ari wenyene gusenga+. Naho bwari bwije, yari wenyene ng’aho.
35 Mu gatondo ka kare, hakiri mu kajoro, aravyuka aja hanze, hanyuma aja mu gahinga+, maze ari ng’aho atangura gusenga+.