Matayo 14:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ico gihe bwa bwato bwari bumaze kugenda imetero amajana uvuye i musozi, bukagenda bukubagurwa n’imipfunda+, kubera ko umuyaga waza ubaturutse imbere. Yohani 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Bugorovye, abigishwa biwe bamanuka ku kiyaga+,
24 Ico gihe bwa bwato bwari bumaze kugenda imetero amajana uvuye i musozi, bukagenda bukubagurwa n’imipfunda+, kubera ko umuyaga waza ubaturutse imbere.