Luka 24:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Mugabo kubera ko bari bacitse ivutu, kandi bakaba bari bagize ubwoba+, bariko biyumvira ko babonye impwemu. Yohani 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ariko bamaze gusoza nk’ibilometero bitanu canke bitandatu, babona Yezu agendagenda ku kiyaga yegera ubwato; na bo bagira ubwoba+.
37 Mugabo kubera ko bari bacitse ivutu, kandi bakaba bari bagize ubwoba+, bariko biyumvira ko babonye impwemu.
19 Ariko bamaze gusoza nk’ibilometero bitanu canke bitandatu, babona Yezu agendagenda ku kiyaga yegera ubwato; na bo bagira ubwoba+.